Ibibanza bishasha vyo kuguriramwo ama unités no kuriha amafactures

Banywanyi ba REGIDESO, mu ntumbero yo kuborohereza mu kugura ama unités no kuriha amafactures muri iyi misi mikuru irangiza umwaka, mushobora kubandanya mwitura ibibanza bikurikira: A. MU GISAGARA CA BUJUMBURA: 1 °. Ku biro bijejwe ubudandaji (Direction Commerciale); 2 °. Ku biro vya REGIDESO biri mu Kanyosha hafi yo kwa Vyisi; 3 °. Ku biro […]