Ibibanza bishasha vyo kuguriramwo ama unités no kuriha amafactures

Banywanyi ba REGIDESO, mu ntumbero yo kuborohereza mu kugura ama unités no kuriha amafactures muri iyi misi mikuru irangiza umwaka, mushobora kubandanya mwitura ibibanza bikurikira:
A. MU GISAGARA CA BUJUMBURA:
1 °. Ku biro bijejwe ubudandaji (Direction Commerciale);
2 °. Ku biro vya REGIDESO biri mu Kanyosha hafi yo kwa Vyisi;
3 °. Ku biro vya REGIDESO kuri RN1, hafi ya Quartier 6 ya Ngagara;
B. MU GIHUGU HAGATI: Abanywanyi ba REGIDESO bashobora kugura ama unités no kuriha amafactures aho hose hari ibiro vy’iryo shirahamwe. Aho tuyau, abakozi ba REGIDESO bazobakirana urweze.
REGIDESO yifurije abanywanyi bâyo umwaka mwiza wa 2021.

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *